Radioitahuka
MADAME RWIGARA ADELINE ARAYE MURI CID & SPECIAL FUNDRAISING YA RADIO ITAHUKA
- Autor: Vários
- Narrador: Vários
- Editor: Podcast
- Duración: 2:16:00
- Mas informaciones
Informações:
Sinopsis
Musaza wa Adeline Rwigara, Ben Rutabana, aho ari mu Bubirigi, yabwiye BBC ko urugo rwa mushikiwe rwiriwe rugoswe, imbere yo kumufata. Ku kibazo co kumenya nimba mu muryango bazi ico afatiwe,Ben Rutabana avuga ko bakeka ko vyaturutse ku biganiro yahaye ibigo vy'itangazamakuru, yiyamiriza ingingo iheruka gufatwa n'ubuyobozi bw'umuji wa Kigali KCC, yo kumusenyera inyubakwa iri mu Kiyovu. Ben Rutabana avuga ko Adeline Rwigara bari bamufatanye n'umuhungu wiwe, ariko bahavuye bamurekura. Hari hashize iminsi umuryango wa Assinapol Rwigara uhawe amategeko yo kubomora inyubakwa y'amagorofa ane iri mumuji wa Kigali, bitarenze kw'itariki 15 z'uku kwezi, kubera yubatswe hadakurikijwe amategeko.