Radioitahuka

RADIO BBC YAHAGARITSWE MU RWANDA KUBERA VIDEO YAKOZWE RWANDA'S UNTOLD STORY

Informações:

Sinopsis

HOST: Serge Ndayizeye TOPIC:RADIO BBC YAHAGARITSE MU RWANDA KUBERA  VIDEO YAKOZWE   RWANDA'S UNTOLD STORY  BBC Gahuzamiryango yahagaritswe mu Rwanda RURA ivuga ko abanyagihugu bayitwayeko kubera ikiganiro "Rwanda's Untold Story". Ico kiganiro caciye kuri imwe muri televisiyo za BBC mu Bwongereza, mu ntango z'uku kwezi. Cari cerekeye uruhara rwa Prezida w'Urwanda, Paul Kagame, mu mahano yashikiye ico gihugu harimwo jenoside yo mu Rwanda mu 1994. Ariko RURA ivuga ko yaronse ibirego biturutse mu banyagihugu, binegura ico kiganiro ko gikongeza urwanko, gipfovya ihonyabwoko ndetse kikanarihakana. Muri urwo rwandiko, RURA ivuga ko yahagaritse BBC Gahuzamiryango, mu gihe igikora iperereza kuri ivyo birego Hagati aho, urwego rugenzura itangazamakuru mu Rwanda, HMC, ruvuga ko bidakwiye guhagarika BBC gutangariza mu Rwanda. Ivyo ngo bishobora kuba intango yuko buri gitangazamakuru gikoze ibigaragara nko kurenga umurongo gica gihagarikwa, ngo kandi hari izindi ntambwe zishobora gufatwa. Uno munsi kandi imyiyer