Radioitahuka

AFRICA YEPFO IREMEZA KO IRIMO KUREBA UBURYO YAKOHEREZA GEN KAYUMBA MURI FRANCE

Informações:

Sinopsis

HOST: Jean Paul & Serge Ndayizeye TOPIC: AFRICA YEPFO IREMEZA KO IRIMO KUREBA UBURYO YAKOHEREZA GEN KAYUMBA MURI FRANCE  1. L'Afrique du Sud est en train d'examiner la requête de la justice française d'entendre le général rwandais Kayumba Nyamwasa, une des neuf personnalités rwandaises mises en cause en 2006 dans l'affaire de l'attentat contre l'avion du président rwandais Juvénal Habyarimana, au Rwanda 2. Umushikirizamanza Shaun Abrahams yari yabasabiye igikano kinini gishoboka ku caha co gushaka kwica, n'ukuvuga imyaka 15. Umucamanza Stanley Mkhari, akaba yasanze imyaka 8 y'igipfungo, kuri bane batsinzwe n'urubanza, ikwiye. Ku bwiwe ngo ni nk'ubutumwa bukomeye cane cane kuri abo bose bacumbikiwe nk'impunzi canke bacaka ubuhunzi muri Afrika y'epfo. Ngo yabarungikiye ubutumwa, ko ata n'umwe ashobora gukora icaha akagenda atabihaniwe aho muri Afrika y'epfo. Uwuburanira aba bane bakatiwe Gloria Matlala, nawe yemeje ko agiye kunguruza urubanza.