Radioitahuka
UMUCAMANZA YATANZE GASOPO KU RWANDA NDETSE NO KUBANDI BOSE BAFITE IYO MIGAMBI
- Autor: Vários
- Narrador: Vários
- Editor: Podcast
- Duración: 0:43:00
- Mas informaciones
Informações:
Sinopsis
HOST: Serge Ndayizeye TOPIC: UMUCAMANZA YATANZE GASOPO KU RWANDA NDETSE NO KUBANDI BOSE BAFITE IYO MIGAMBI YO KWICA ABANTU MURI AFRICA YEPFO Umushikirizamanza Shaun Abrahams yari yabasabiye igikano kinini gishoboka ku caha co gushaka kwica, n'ukuvuga imyaka 15. Umucamanza Stanley Mkhari, akaba yasanze imyaka 8 y'igipfungo, kuri bane batsinzwe n'urubanza, ikwiye. Ku bwiwe ngo ni nk'ubutumwa bukomeye cane cane kuri abo bose bacumbikiwe nk'impunzi canke bacaka ubuhunzi muri Afrika y'epfo. Ngo yabarungikiye ubutumwa, ko ata n'umwe ashobora gukora icaha akagenda atabihaniwe aho muri Afrika y'epfo. Uwuburanira aba bane bakatiwe Gloria Matlala, nawe yemeje ko agiye kunguruza urubanza.