Radioitahuka
URUPFU RUDASOBANUTSE RWA COLONEL Jules MUTEBUTSI MU RWANDA I KIGALI.
- Autor: Vários
- Narrador: Vários
- Editor: Podcast
- Duración: 1:04:00
- Mas informaciones
Informações:
Sinopsis
HOST: Maître RUYENZI Schadrack TOPIC:URUPFU RUDASOBANUTSE RWA COLONEL Jules MUTEBUTSI MU RWANDA I KIGALI. Col Jules Mutebutsi. Yatabarutse kw’italiki 09/05/2014, mu bitaro bya Roi Faycal i Kigali. Biravugwa yuko yishwe n’indwara. Yafatiwe mu rugo iwe, bamwihutisha ku bitaro ngo barebe uko ameze. Agezeyo yahise yitaba Imana bidatinze 1° . COLONEL JULES MUTEBUTSI N’IMUNTU IKI? N’UMUTUTSI W’UMUNYEKONGO WO MUBWOKO BWABANYAMULENGE COLONEL JULES MUTEBUTSI YAVUTSE MURI 1960 MURI REPUBLIKA IHARANIRA DEMOKARASI YA CONGO –KINSHASA MURI SUD-KIVU MURI ZONE YA FIZI. COLONEL JULES MUTEBUTSI YIJIYE IGIRIKARE CYA CONGO MUMWAKA WA 1988. 2° JULES MUTEBUTSI YISHWE N’UBUROZI ? 3° NEL JULES MUTEBUTSI YISHWE N’URUPFU RUSANZWE ? 4° ARAGARA N’UKO URUPFU RY’UYU MUVANDIMWE RURIMWO AMAYOBERA… 5° AMATEKA YA COLONEL JULES MUTEBUTSI. Col Mutebutsi yamenyekanye cane mu ntambara nyinshi yarwanye mu gihugu ce ca Congo kinshasa Intambara ya nyuma abantu benshi bamwibukiraho n’iyabaye i Bukavu mu mwaka wa 2004, aho yarwanaga n’