Radioitahuka
ABASILIKARE BA RDF BARAGWA KURUGAMBA ARI BESHI CYANE
- Autor: Vários
- Narrador: Vários
- Editor: Podcast
- Duración: 3:00:00
- Mas informaciones
Informações:
Sinopsis
HOST: Serge Ndayizeye Topic: MONUSCO YATANGIYE KURWANA MURI CONGO KUMUGARAGARO Ingabo za MONUSCO zivuga ko zatanguye kugaba ibitero ku birindiro vya M23 zishura ku bitero vy'uwo mutwe, vyahitanye abantu batanu mu muji wa Goma, barimwo umugore n'abana. Ariko umuhari M23 wabwiye BBC ko ingabo za leta arizo zasomboye intambara. Intambara yatanguye gukomera kuva ejo, aho ibisasu vya rocquette vyaguye mu micungararo y'igisagara ca Goma. Leta ya Congo iremeza ko hapfuye abantu nibura batanu, abandi benshi bagakomereka. andikira radioitahuka@gmail.com cyangwa utubwire niba hari ibyo uzi ushaka kutubwira hano kuri radio Itahuka facebook/ijwi ryihuriro nyarwanda/itahuka follow us on twitter: rnc_usa call in to listen Live 347 945 6449